Office Burundais des Recettes

« Je suis fier de contribuer à la construction du Burundi »

Logo final pour le siteIkigo OBR kiri n'iteka  ryo kumenyesha abantu bose binjije mu Burundi ama pikipiki batubahirije itegeko rigenga ama duwane ryo muri Africa y'ubuseruko, mu kwiyobagiza cane cane kuriha amatagisi asanzwe ategekanijwe, ko bahawe ikiringo c'amezi atatu yo kurihira ayo ma pikipiki hisunzwe iryo tegeko. Muri ico kiringo gitanzwe abazoshobora kuriha bose bazoheberwa amahadabu yose ategekanijwe n'itegeko.

Téléchargez ici le communiqué