Itangazo ku Batangakori ku bijanye no kuriha Ikori ku Mazu n'Ibibanza bipangishijwe

Office Burundais des Recettes

« Je suis fier de contribuer à la construction du Burundi »

Biramenyeshejwe ko Abatangakori basanzwe bamenyesha bakongera bakariha Ikori ku Mazu n'ibibanza bipangishijwe basabwa kuba barishe Igice ca mbere c'iryo kori n'imiburiburi kw'igenekerezo rya 30 Nyakanga 2025 hisunzwe amategeko.

Amahera umutangakori ariha angana n'ica kane c'ikori ku nzu canke ikibanza bipangishijwe yarishe umwaka w'2024.

Fyonda hano musome itangazo ryose muhamenyere n'ayandi makuru.