Itangazo ryo kugabisha rijanye n'igurisha icamunara

Office Burundais des Recettes

« Je suis fier de contribuer à la construction du Burundi »

Twisunze ingingo ya 57 y'itegeko rigenga amaduwane mw'ishirahamwe ry'ibihugu vyo mu karere ka Afrika y'ubuseruko, biramenyeshejwe icese abantu bose cane cane abadandaza ko Ikigo OBR kigomba kudandaza icamunara ibidandazwa vyose birenza amezi atatu bitaragomborwa biri mu bubiko bwa duwane aho buri hose mu Burundi canke kuma parikingi ya duwane.

Fyonda hano kugira musome iri tangazo ryose