Ikigo kijejwe kwegeranya amakori n'amatagisi (OBR) kiribukije abatangakori bose ko guheberwa ibihano nk'ukwo bitegekanywa n'ibwirizwa rigenga amafaranga Leta ikoresha mu mwaka w'2025 ushira uw'2026 biraba gusa abatangakori bazoba barishe igice nyamukuru (principal) c'amakori n'amatagisi baheranye n'imiburiburi imbere y'igenekerezo rya 31/12/2025.
OBR irahimiriza abatangakori bose kutagisha ako karyo k'imbonekarimwe mu gutunganya ibijanye n'ibirarane vyabo mu bijanye n'amakori n'amatagisi.
Fyonda hano musome itangazo ryose.
L'Office Burundais des Recettes OBR rappelle à tous les contribuables que la remise des pénalités prévue par l'article 212 de la loi budgétaire 2025-2026 est accordée uniquement aux contribuables qui s'auront acquitté de la totalité du principal de leur dette fiscale au plus tard le 31/12/2025.
L'OBR encourage tous les contribuables à profiter de cette opportunité exceptionnelle pour régulariser leur situation fiscale dans les délais.
Téléchargez ici le communiqué pour plus d'informations.
Ikigo kijejwe kwegeranya amakori n'amatagisi OBR kiramenyesheje abantu bose ko abatangakori NDUWIMANA Jeanne atagira NIF na SINARINZI Marthe afise NIF 4000571432 bataboneka ku vyicaro bamenyesheje Ikigo OBR ko ariho bakorera.
Fyonda hano musome itangazo ryose.
L'Office Burundais des Recettes porte à la connaissance du public que les contribuables NDUWIMANA Jeanne sans NIF et SINARINZI Marthe de NIF 400057432 sont introuvables aux adresses indiquées à l'Administration fiscale alors qu'il y a des correspondances leur destinées.
Téléchargez ici le communiqué pour les détails.
L'Office Burundais des Recettes porte à la connaissance du public que la liste des contribuables bénéficiaires du quitus fiscal pour l'exercice 2025-2026 est annexée au présent communiqué et peut être consultée sur le Site Internet de I'OBR ci-dessous.
Cliquez ici pour télécharger la liste