Itangazo rijanye n'urugero rwo guharura Ikori ku nyungu

Office Burundais des Recettes

« Je suis fier de contribuer à la construction du Burundi »

Biramenyeshejwe abatangakori bakora ku giti cabo bakamenyesha kandi bakariha amakori ku gice ko kuva ubu urugero rwo guharurako ikori rwashizwe ku gice 1 kw'ijana (1%) c'amafaranga yadandajwe ku gice.

Fyonda hano musome itangazo ryose