Itangazo ku batangakori rijanye n'ishirwa mu ngiro ry'ingingo y'212 y'ibwirizwa rigenga amafaranga Leta ikoresha mu mwaka w'2025 ushira uw'2026

Office Burundais des Recettes

« Je suis fier de contribuer à la construction du Burundi »

Ikigo kijejwe kwegeranya amakori n'amatagisi (OBR) kiribukije abatangakori bose ko guheberwa ibihano nk'ukwo bitegekanywa n'ibwirizwa rigenga amafaranga Leta ikoresha mu mwaka w'2025 ushira uw'2026 biraba gusa abatangakori bazoba barishe igice nyamukuru (principal) c'amakori n'amatagisi baheranye n'imiburiburi imbere y'igenekerezo rya 31/12/2025.

OBR irahimiriza abatangakori bose kutagisha ako karyo k'imbonekarimwe mu gutunganya ibijanye n'ibirarane vyabo mu bijanye n'amakori n'amatagisi.

Fyonda hano musome itangazo ryose.