Batangakori, menya gukoresha neza akamashini gasohora inyemezabuguzi iciye mu buhinga bwa none..

Office Burundais des Recettes

« Je suis fier de contribuer à la construction du Burundi »

Ikigo OBR kirigisha muri iyi reresi ivyo abatangakori mukwiye kumenya kugira mukoreshe neza akamashini gasohora inyemezabuguzi iciye mu buhinga bwa non.

Fyonda ng'aha urabe ireresi ibisigura: