Isekeza ryo Guhimiriza Abatangakori bose kumenyesha no kuriha amakori n’amatagisi mu buhinga bwa none

Office Burundais des Recettes

« Je suis fier de contribuer à la construction du Burundi »

Ikigo OBR kigiye gusanga abatangakori mu bibanza basanzwe baranguriramwo imirimo yabo kugira kibatahuze ukwo urubuga UMUTANGAKORI II rubafasha kumenyesha no kuriha amakori n'amatagisi mu buhinga bwa none rukora, congere kibahimirize kandi kibamenyereze kurukoresha.

Fyonda hano mwumvirize itangazo: ISEKEZA UMUTANGAKORI II