Ikigo OBR gihamagarira abakorera mu gisata c'uburovyi gusinyiranira n'ubushikiranganji bujejwe ubutunzi n'ikigega c'igihugu amasezerano yo gukorana na Leta nk'ukwo bitegekanijwe n'amategeko, kumenyesha umwimbu wabo w'uburovyi no kuriha amakori n'amatagisi bijanye.
Fyonda hano urabe ireresi ibisigura