Ikigo kijejwe kwegeranya amakori n'amatagisi mu Burundi (OBR) kiramenyesheje abantu ko hari abatangakori bataboneka ku vyicaro bamenyesheje ikigo gitororokanya amakori ko ariho bakorera, kandi hari amakete aberekeye. Ayo makete boza kuyatora mu nyubakwa Emmaüs iri mu kigobe.
Soma hano itangazo ryose