Ubuyobozi bw'ikigo OBR buribukije abenegihugu bose ko gusaba inyemezabuguzi ariyo fagitire igihe cose uguze ikintu ari uburenganzira bwabo. Kubw'ivyo, umuntu wese adandaza canke agakora umurimo atozamwo amahera, ategerezwa gutanga fagitire ku muguzi.
Soma ngaha ibikurikira.