Ikigo OBR kirigisha muri iyi reresi ivyo abatangakori mukwiye kumenya kugira mukoreshe neza akamashini gasohora inyemezabuguzi iciye mu buhinga bwa non.
Fyonda ng'aha urabe ireresi ibisigura:
L'Office Burundais des Recettes OBR porte à la connaissance des redevables de l'impôt foncier que conformément aux dispositions de la loi du Budget Général de l'Etat pour l'exercice 2026-2027, la collecte de l'impôt foncier a été rapatriée au sein de la fiscalité de l'Etat gérée par l'OBR.
Ainsi, à partir du 1er juillet 2026, l'impôt foncier ainsi que les arriérés doivent être déclarés à l'OBR et payés sur les comptes du Receveur des impôts ouverts dans différentes institutions financières.
Pour voir les détails du Communiqué, cliquez sur le lien suivant :
Fyonda hano wumvirize ijwi rikubwira abatangakori basabwa kwegeranya TVA, kuyimenyekanisha no kuyishikana mu kigo OBR.
Kuva mu kwezi kwa Mukakaro 2026, abadandaza bose badandaza amafaranga imiliyoni 25 kuduga ku mwaka bategerezwa gutoza itagisi TVA, kuyimenyesha no kuyiriha muri OBR, mu kwezi gukurikira ukwo yatorejwemwo. Ivyo biri mu ngingo y’271 y’itegeko rigenga amafaranga Reta ikoresha uyu mwaka wa 2026-2027. Kurikira ireresi isigura neza uko TVA iharurwa: https://t.co/NtTWSjrCO4

Survenant au tout début de l’exercice budgétaire 2026-2027, une campagne en itinérance, organisée ce jeudi 9 Juillet 2027 au marché de Kinama, au quartier Asiatique et au marché de Ruziba, a été l’occasion de vulgariser les nouvelles dispositions de la loi des finances. La grande nouveauté réside dans l'élargissement de l'assiette fiscale de la Taxe sur la Valeur Ajoutée (TVA). Désormais, tout contribuable réalisant un chiffre d’affaires annuel supérieur ou égal à 25 millions de Francs Burundais (FBU) a l’obligation de collecter la TVA, alors que ce seuil était fixé à 100 millions FBU par le passé.